Radio Inkinzo
Radio Inkinzo

Uburundi bwaraguye mw'isanganya kuva abakoroni binjiye mu gihugu.

Babivye amacakubiri y'amoko mu Burundi no mu karere k'ibiyaga binini,abavukana baricana kandi bonse rimwe.

Iyi Radio rero yaje mu ntumbero yo kugwanya ikinyoma n'ihonyabwoko.