About
Kaze mu kiganiro Wiriwe Maine co kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 21, ukwezi kw'icenda , umwaka w'i 2026.
Muri kino kiganiro, tugaruka ku musi mpuzamakungu wahariwe amahoro kw'isi, uhimbazwa kuri ino tariki nyene buri mwaka kuva muri 2002 , inyuma y'umwaka umwe ONU yemeje iryo genekerezo, naho kuva muri 1981 wari uzwi, ariko utaratangura kwizihizwa kw'itariki imwe kanuni. Muri kumwe na Eloge Willy Kaneza.