Amakuru mu Gitondo  - Gashyantare 03, 2026
03 February 2026

Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 03, 2026

Amakuru mu Gitondo - Voice of America

About
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga.

Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.